Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 10:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Maze yumva ijwi rimubwira riti: “Petero we, haguruka, ubage, urye.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Haza ijwi, riramubarira, riti Va hasi, Petero, ubāge, urye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 10:13
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Hanyuma arasonza, ashaka ico arya. Bakiriko barategura infungurwa, amera nk’uwerekwa.


Carimwo ibikoko vy’ubwoko bwose bigendera ku maguru ane, ibikwega inda hasi, hamwe n’ibiguruka mu kirere.


Petero na we yishura ati: “Oyaye Mwami, ntibikabe! Kuko jewe ntigeze ndya ikintu na kimwe gihumanye.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ