Ivyakozwe 1:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Nuko barasenga, bavuga bati: “Ewe Mwami Imana, ni wewe uzi imitima y’abantu bose. None rero uwo utoranije muri aba babiri, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Barasenga, bati Mwami, ni wewe uzi imitima y’abantu bose, none werekane uwo utoranije mur’ aba bompi အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |