Ivyakozwe 1:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Petero avuga ati: “Mu gitabu ca Zaburi handitswe ngo: ‘I muhira iwe haze habe umusaka, ntihagire n’umwe azohaba.’ Kandi ngo: ‘Aze asubirizwe mu mabanga yiwe y’uburongozi.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Kuko mu gitabo ca Zaburi handitswe, ngw I we hasigare umusaka, Kandi ntihakagire uwundi ahaba, kandi ng’ Ububgiriza bgiwe busubiremw’ uwundi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |