Ivyakozwe 1:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 (Ingero Yuda yahawe kubera ikibi yakoze yaguzwemwo itongo kandi ni ryo yaguyemwo, akoroka atanguje umutwe, inda yiwe irasaba, amara arasanzara. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 (Kand’ uwo muntu amaze kugura ubgatsi ku vyo yahawekw ibiguzi vyo kugabitanya kwiwe, agwa yubamye, araturika, amara yiwe yose arasēseka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |