Ivyakozwe 1:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Barababaza bati: “Yemwe Bagabo b’i Galilaya, ni kuki muhagaze ngaha muraba mw’ijuru? Uwu Yesu akuwe muri mwebwe akajanwa mw’ijuru, azogaruka uko mubonye agiye.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 barababaza, bati Yemwe bagabo b’i Galilaya, n’iki gitumye muhagaze murāba mw ijuru? Uyo Yesu, abakūwemwo, akadūzwa mw ijuru, azoza artyo, nk’uko mumubonye aja mw ijuru. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |