Ivyahishuwe 9:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Izo nzige zihabwa ububasha bwo gutoteza abantu amezi atanu, ariko ntizemererwa kubica. Umubabaro zatera wari umeze nk’uwo umuntu agira akomowe na sikoropiyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Zihabga kutabica, ariko zihabga kubasesereza amezi atanu. Kandi kubabaza kwazo kumeze nk’ukwa sikorupiyo iyo iriye umuntu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |