Ivyahishuwe 9:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Nuko izo nzige zitegekwa kutonona ivyatsi, ibiterwa canke ibiti, ariko zitegekwa kubabaza ababa kw’isi bose badafise ikimenyetso c’Imana ku ruhanga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Zibgirwa kutagira ico zigira ivyatsi vyo kw isi cank’ ikintu cose kibisi cank’ igiti cose, atar’ abantu batādomwekw ikimenyetso c’Imana mu ruhanga rwabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |