Ivyahishuwe 9:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Ububasha bw’ayo mafarasi bwari mu kanwa no mu mirizo vyayo; kuko imirizo yayo yari ifise imitwe nk’iy’inzoka kandi yari ifise ububasha bwo gukomeretsa abantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Kuk’ ububasha bg’ayo mafarasi buri mu kanwa kayo no mu mirizo yayo: kukw imirizo yayo imeze nk’inzoka, na yo iri n’imitwe, kandi ni yo aryanisha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |