Ivyahishuwe 9:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Nuko ica gatatu c’abari kw’isi bicwa n’ivyago bitatu vy’umuriro, umwotsi, n’ibizuku vyava mu kanwa k’ayo mafarasi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Ikigira gatatu c’abantu cicwa n’ivyo vyago, ukw ari bitatu, umuriro n’umwotsi n’amazuku, bivuye mu kanwa kayo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |