Ivyahishuwe 9:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Nuko ba bamarayika bane bararekurwa. Bari bateguriwe iyo saha, uwo musi, uko kwezi, uwo mwaka nyene, kugira ngo bice ica gatatu c’abantu bari kw’isi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Abo bamarayika bane, bari biteguriwe iyo saha n’uwo musi n’ukwo kwezi n’uwo mwaka, babohorerwa kwica ikigira gatatu c’abantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |