Ivyahishuwe 9:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Zari zifise imirizo ikomora nk’iya sikoropiyo kandi ububasha bwo kubabaza abantu amezi atanu bwari mu mirizo yazo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Kandi zari zifise imirizo nk’iya sikorupiyo, n’imbōyi, kandi mu mirizo yazo ni ho harimw’ ubushobozi bgo gusesereza abantu amezi atanu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |