Ivyahishuwe 8:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Umumarayika wa kabiri avugije inzamba yiwe, ikintu kimeze nk’umusozi waka umuriro, gitabwa mu kiyaga. Maze ica gatatu c’ikiyaga gica gihinduka amaraso, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Umumarayika wa kabiri aravuza. Ikimeze nk’igisozi kinini caka umuriro gishiburirwa mu kiyaga; ikigira gatatu c’ikiyaga gihinduka amaraso; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |