Ivyahishuwe 8:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Ndavye kandi, nca numva inkona igurukira kure mu kirere ivuga n’ijwi rirenga iti: “Baragowe, baragowe, baragowe ababa kw’isi ku bw’ibizoba abamarayika batatu ba nyuma nibavuza inzamba!” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Ndarāba, numva inkukuma iguruka yātiriye ijuru, ivuga n’ijwi rirenga, it’ Ibara, ibara, ibara riza kubonwa n’abari mw isi kubg’ ayandi majwi y’inzamba z’abamarayika batatu bahava bavuza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |