Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyahishuwe 7:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 mu wa Zabuloni bari ibihumbi cumi na bibiri, mu wa Yosefu bari ibihumbi cumi na bibiri, mu wa Benyamini bari ibihumbi cumi na bibiri.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Abo mu muryango wa Zebuloni n’ibihumbi cumi na bibiri: Abo mu muryango wa Yosefu n’ibihumbi cumi na bibiri: Abo mu muryango wa Benyamini bādomwekw ikimenyetso n’ibihumbi cumi na bibiri.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyahishuwe 7:8
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

mu wa Simeyoni bari ibihumbi cumi na bibiri, mu wa Lewi bari ibihumbi cumi na bibiri, mu wa Isakari bari ibihumbi cumi na bibiri,


Inyuma y’ivyo nca mbona isinzi ry’abantu batoharurika, bavuye mu mahanga yose, mu moko yose no mu ndimi zose, bahagaze imbere ya ya ntebe y’inganji n’imbere ya wa Mwagazi. Bari bambaye amakanzu yera, bafise n’amashami y’ibigazi mu minwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ