Ivyahishuwe 7:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Ni co gituma, bahagaze imbere y’intebe y’inganji y’Imana, bayihimbariza mu rusengero ijoro n’umurango, kandi uwicaye ku ntebe y’inganji azobahisha mw’ihema ryiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Ni co gituma baba imbere y’intebe y’Imana, bakayikorera mu rusengero rwayo ku murango no mw ijoro: kand’ Īvyagiye kur’ irya ntebe izosanza ihema ryayo hejuru yabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |