Ivyahishuwe 7:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 bavuga bati: “Amen! Guhimbazwa, ubwiza, ubwenge, amashimwe, icubahiro, ububasha n’inkomezi, bibe ivy’Imana yacu ibihe vyose. Amen!” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 bati Amen, umugisha no guhimbazwa n’ubgenge n’ishimwe n’icubahiro n’ububasha n’ubushobozi n’ivy’ Imana yacu ibihe bitazoshira. Amen. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |