Ivyahishuwe 7:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Baca basemerera n’ijwi rirenga bati: Agakiza ni ak’Imana yacu, yicaye ku ntebe y’inganji, n’Umwagazi w’intama. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 basemerera n’ijwi rirenga, bat’ Agakiza n’ak’ Imana yacu ivyagiye kur’ irya ntebe n’ak’ Umwagazi w’Intama. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |