Ivyahishuwe 7:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Inyuma y’ivyo mbona abamarayika bane bahagaze mu mpande zine z’isi, batangiriye imiyaga ine yo kw’isi, kugira ngo babuze umuyaga guhuhuta kw’isi canke ku kiyaga canke ku biti. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Hanyuma y’ivyo, mbona abamarayika bane bahagaze ku mfuruka zine z’isi, bafashe imiyaga ine yo kw isi, kugira ngo ntihagire umuyaga uhūha kw isi canke ku kiyaga canke ku giti cose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |