Ivyahishuwe 6:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Ndavye imbere yanje nca mbona ifarasi yera. Uwayigenderako yari afise umuheto, hanyuma ahabwa urugori, aca ayigenderako nk’uwanesheje kandi agiye kunesha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Mbona ifarasi y’igitare, kand’ ūyicayeko yar’ afise umuheto, ahabga igitsibo, agenda anesha, kandi ngo yame anesha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |