Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyahishuwe 5:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Nca ndarira cane kuko ata n’umwe abonetse abereye kwugurura uwo muzingo w’igitabu canke ngo asome ibiri muri wo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Nanje ndizwa cane n’uko hatabonetse ūbereye kuzingurura ico gitabo canke kukirāba.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyahishuwe 5:4
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Inyuma y’ivyo ndarangamiza, mbona umuryango wuguruye mw’ijuru. Rya jwi nari numvise ubwa mbere rivuga nk’inzamba, rimbwira riti: “Duga uze hano, ndakwereke ibigiye kuba inyuma y’ibi.”


Ariko mu bo mw’ijuru canke mw’isi canke i kuzimu, ntihaboneka n’umwe ashoboye kuwugurura, canke ngo asome ibiri muri wo.


Maze umwe muri ba bashingantahe arambwira ati: “Reka kurira! Ehe, intambwe yo mu muryango wa Yuda, uwukomoka mu muryango wa Dawidi, yaranesheje. Ni we abereye kumena ibintu indwi bimatanije uwo muzingo w’igitabu no kuwugurura.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ