Ivyahishuwe 5:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Ariko mu bo mw’ijuru canke mw’isi canke i kuzimu, ntihaboneka n’umwe ashoboye kuwugurura, canke ngo asome ibiri muri wo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Ntihāgira uwo mw ijuru cank’ uwo kw isi cank’ uw’ i kuzimu ashobora kuzingurura ico gitabo canke kukirāba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |