Ivyahishuwe 4:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Kandi imbere yayo hari igisa n’ikiyaga c’ibiyo kibonerana cane. Hagati na hagati n’ahakikuje iyo ntebe, hari ibinyabugingo vyuzuye amaso imbere n’inyuma. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 kand’ imbere y’iyo ntebe hari nk’ikiyaga c’ibirahuri, gisa n’urubona: kandi hagati ahahanganye n’iyo ntebe no kuyikikuza har’ ibinyabugingo bine vyuzuye amaso imbere n’inyuma. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |