Ivyahishuwe 3:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Wandikire umumarayika w’ishengero ry’i Filadelufiya uti: Uwera kandi uw’ukuri, uwufise urupfunguruzo rwa Dawidi mu kiganza; ico yuguruye nta wushobora kucugara, kandi ico yugaye nta wushobora kucugurura; aravuga ati. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Wandikire umumarayika w’ishengero ry’i Filadelufiya, ut’ Uwera, uw’ ukuri, ūfise urupfunguzo rwa Dawidi, uwugurura ntihagire uwugara, kand’ uwugara ntihagire uwugurura, aravuga ibi, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |