Ivyahishuwe 22:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Kandi nihagira ico agabanije ku majambo y’ubuvugishwa ari muri uwu muzingo w’igitabu, Imana izomwaka umugabane wiwe ku giti c’ubugingo no mu Gisagara Cera vyavuzwe muri iki gitabu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Kandi ni hagira umuntu akūra ku majambo y’igitabo c’ibi vyavugishijwe na yo, Imana izomukūra ku mugabane wa ca giti c’ubugingo no ku wa wa murwa wera, vyanditswe mur’ iki gitabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |