Ivyahishuwe 22:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Mpwemu w’Imana n’umugeni baravuga bati: “Kaze.” N’uwumvise aya majambo wese avuge ati: “Kaze.” Uwunyotewe wese naze, kandi uwushaka wese naze anywe ku mazi y’ubugingo ku buntu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Kandi Mpwemu bo na wa mugeni barahamagara, bati Ngwino. Kand’ uwumva n’ahamagare, ati Ngwino. Kand’ ūfise inyota n’aze, ūgomba ni yākīre amazi y’ubugingo ku buntu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |