Ivyahishuwe 22:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Inyuma y’igisagara hazoba hari imbwa, abapfumu, abasambanyi, abicanyi, abasenga ibigirwamana hamwe n’abakunda kubesha bakanabikora. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Inyuma hazoba imbga n’abarozi n’abashakanyi n’abicanyi n’abasenga ibigirwamana, n’umuntu wese akunda kubesha akabikora. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |