Ivyahishuwe 22:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Hahirwa abamesura amakanzu yabo, kuko bazohabwa uburenganzira bwo kurya ku giti c’ubugingo no kwinjira mw’irembo rya ca gisagara. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Hahirwa abamesura imvune zabo, kugira ngo babone kwēgēra ca giti c’ubugingo, kandi bace mu birimba bashike kuri wa murwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |