Ivyahishuwe 21:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Nta kintu gihumanye na kimwe kizokwinjirayo, kandi nta wukora ibiterasoni canke umubeshi azogerayo. Hazojayo abo amazina yabo yanditswe mu gitabu c’ubugingo c’Umwagazi w’intama gusa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Kandi kuri wo nta ho hazogera ikintu gihumanya, cank’ ūkora ibizira akabesha, atar’ abanditswe mu gitabo c’ubugingo ca wa Mwagazi w’Intama. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |