Ivyahishuwe 21:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Muri ico gisagara nta zuba canke ukwezi bikenewe vyo kuhamurikira, kuko ubwiza bw’Imana buhamurikira, kandi Umwagazi w’intama akaba ari we tara ryaho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Kandi wa murwa nturinda kwākirwa n’izuba canke n’ukwezi, kuk’ ubgiza bg’Imana ari bgo buwākira, kandi wa Mwagazi ari we tara ryawo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |