Ivyahishuwe 21:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Aca apima uruzitiro, asanga rupima nk’imetero mirongo itandatu z’uburebure. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Agera urugo rwawo, rushikana amatambge ijana na mirongwine n’ane, y’ukuboko uciriye mu nkokora, nk’ukw itambge ritambishwa ukuboko kw’umuntu ringana, ni kw iry’ umumarayika ringana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |