Ivyahishuwe 20:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Nuko ndababona bagendagenda isi yose, bakikuza ikibanza abera b’Imana barimwo n’igisagara Imana ikunda. Ariko umuriro uramanuka uvuye mw’ijuru, urabarigita. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Baradūga bakwira isi yose, bakikiza ah’ ingabo z’abera zishagaje, na ca gisagara gikundwa. Umuriro uratibuka uvuye mw ijuru, urabarigata. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |