Ivyahishuwe 20:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Barahiriwe kandi ni abera abazoba muri iryo zuka rya mbere. Urupfu rwa kabiri nta bubasha ruzobagirako, ariko bazoba abaherezi b’Imana na Kristo, kandi bazoganzanya na we imyaka igihumbi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Ūri mu mugabane wo kuzuka kwa mbere arahiriwe kandi n’uwera. Urupfu rwa kabiri ntirugira ububasha ku bameze bartyo, ariko bazoba abaherezi b’Imana na Kristo, kandi bazofatanya na we kuganza, iyo myaka igihumbi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |