Ivyahishuwe 2:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Ariko mwebwe abasigaye b’i Tuwatira mutifatanije n’izo nyigisho mbi, kandi mutakurikiye ivyo abantu bise amabanga akomeye ya Satani, ‘Nta wundi mutwaro ndabikoreza, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Ariko mweho abasigaye mu b’i Tuwatira, abadafise iyo nyigisho mwese, batāmenye ivyo ba bandi bita ivy’i bgina vya Satani, ndababgira, nti Nta wundi mutwaro mbikoreza atar’ uyu, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |