Ivyahishuwe 2:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 None rero nzomuterera ku gitanda c’imibabaro, kandi n’abasambana na we nzobatera imibabaro myinshi, kiretse bihanye bakareke ibikorwa vyabo bibi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Ehe ndamutsinda ku buriri, ndarungikira abasambana na we amarushwa menshi, ni batihana ibikorwa vyiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |