Ivyahishuwe 2:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Wandikire umumarayika w’ishengero ry’i Tuwatira uti: Umwana w’Imana, uwufise amaso aca ibibatsi nk’imbeya z’umuriro, akagira n’ibirenge vyakaka nk’umuringa, aravuga ati. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Kandi wandikire umumarayika w’ishengero ry’i Tuwatira, ut’ Umwana w’Imana, afise inyonga zisa n’imbeya z’umuriro, ibirenge vyiwe bisa n’umuringa w’umwakaka, aravuga ibi, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |