Ivyahishuwe 2:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 None rero niwihane. Ahandi ho nzoza vuba kukugwanya nitwaje inkota yo mu kanwa kanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Nuko rero ni wihane: n’utihana nzoza kuri wewe vuba, kand’ abo nzobarwanya, mbakubite inkota yo mu kanwa kanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |