Ivyahishuwe 19:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Wa mumarayika aca ambarira ati: “Andika uti: Hahiriwe abatumiwe ku mazimano y’ubukwe bw’Umwagazi w’intama!” Yongerako ati: “Aya ni amajambo y’ukuri y’Imana.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Umumarayika arambarira, at’ Andika, uti Hahirwa abatorewe gutaha ubukwe bga wa Mwagazi. Kand’ arambarira, at’ Ayo n’amajambo y’ukuri y’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |