Ivyahishuwe 19:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 kugira ngo murye inyama z’abami, abagabisha b’ingabo, abahambaye, amafarasi n’abayagenderako, n’inyama z’abantu bose, abagurano n’abidegemvya, abakuru n’abato.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 ngo murye inyama z’abami n’iz’ abakuru b’abagabisha b’abasoda n’iz’ abahizi n’iz’ amafarasi n’iz’ abayicarako n’iz’ abantu bose, abidegemvya n’abagurano, aboroshe n’abahambaye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |