Ivyahishuwe 19:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Nongera mbona umumarayika yari ahagaze mu zuba, asemerera n’ijwi rirenga abwira ibisiga biguruka mu kirere ati: “Nimuze, mukoranire ku mazimano ahambaye y’Imana, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Mbona umumarayika ahagaze ku zuba; asemerera n’ijwi rirenga, abarira ibisīga vyose biguruka vyātiriye ijuru, ati Ni muze mukoranire amazimano menshi y’Imana, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |