Ivyahishuwe 18:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Bazokwisuka umukungugu ku mitwe, barire, bagandare, bavuga bati: “Ibara! Ibara riraguye kuri ca gisagara gihambaye, kimwe catungisha abafise amato ku kiyaga! Mu kanya isase, gihindutse ubugaragwa! အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Biyorera imikungugu ku mitwe, bataka barira baboroga, bati N’ibara, n’ibara, ca gisagara gihambaye, catungishije ubutunzi bgaco abafise amato yabo mu kiyaga bose, kuko cakomvowe mw isaha imwe! အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |