Ivyahishuwe 18:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Nibabona umwotsi w’ugutongorwa kwaco, bazovuga bati: “Mbega hari igisagara cari gihambaye nk’iki?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 kandi bakirāba umwotsi wo kuyigizwa kwaco barataka, bati N’ikihe cari gihwanye na kiriya gisagara gihambaye? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |