Ivyahishuwe 18:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Bazovuga bati: “Ivyo wahahamira cane uravyatswe. Ubutunzi bwawe n’ugukayangana kwawe vyose biguhezeko, ntibizosubira kuboneka.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 (Kand’ iyera ry’ukwifuza kw’ umutima wawe rirakuvuyeko; n’ibintu vyose biryoshe n’ibirābika neza biguhonnyeko, ntibazobibona ukundi.) အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |