Ivyahishuwe 17:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Kuko Imana yashize mu mitima yavyo gushitsa ivyo ishaka, bizokwemeranya guha ububasha bwavyo ca gikoko, gushitsa amajambo y’Imana ashikijwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Kukw Imana yashize mu mitima yabo gukora ivyo yagabiye, no guhūza inama, no gushira ca gikōko ku ngoma yabo, kugeza ah’ amajambo y’Imana azoshikira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |