Ivyahishuwe 17:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Bazotera intambara bagwanye Umwagazi w’intama, ariko azobanesha kuko ni Uwuganza abatware kandi ni Umwami w’abami; kandi abo yahamagaye akabatoranya bakamubera abizigirwa, bazoba bari kumwe na we.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Abo bazorwanya Umwagazi w’Intama, uwo Mwagazi azobanesha, kukw ari we aganza abaganza n’Umwami w’abami, kand’ abari kumwe na we, bāhamagawe, bātoranijwe, bāyobotse, na bo bazobanesha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |