Ivyahishuwe 16:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Nca numva igicaniro cishura giti: “Egome, Mwami Imana Mushoboravyose, imanza zawe ni iz’ukuri kandi ziragororotse.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Numva igicaniro kivuga, kit’ Ego me Mwami Mana ushobora vyose, amateka yawe n’ay’ ukuri n’ukugororoka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |