Ivyahishuwe 16:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Nca numva umumarayika yari afise ububasha ku mazi avuga ati: “Wewe Wera, uwuriho kandi wamyeho, uragororotse mu guca imanza nk’izi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Numva umumarayika w’amazi avuga, at’ Uragororotse, uriho kandi wamyeho, Uwera, kuk’ uciye iryo teka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |