Ivyahishuwe 16:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Uwa gatatu na we asuka ivyari mu rwavya rwiwe mu masoko y’inzunzi n’ay’imigezi, aca ahinduka amaraso. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Uwa gatatu asuka urwavya rwiwe mu nzūzi no mu masōko, bicika amaraso. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |