Ivyahishuwe 16:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Ca gisagara gikuru gica cigaburamwo gutatu, ibisagara vy’amahanga birasenyagurika. Maze Imana yibuka ivyaha vya Babiloni igisagara gihambaye, ica ikinywesha ku gikombe cuzuye umuvinyu w’uburake bwayo buteye ubwoba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Ca gisagara gihambaye kigabanywamwo gutatu, ibisagara vy’abanyamahanga birasenyuka. I Babuloni hahambaye hibukwa imbere y’Imana, ngo hahabge agakarabo ka vino y’uburake bgayo bg’inkazi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |