Ivyahishuwe 16:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 “Ehe ndaje nk’igisuma atawunyiteze. Hahiriwe uwama ari maso, akama yambaye, kugira ngo ntazogende ari gusa, akamaramazwa n’ubwambure bwiwe.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 (Ehe ndaza nk’igisuma. Hahirwa ūba maso, akazigama impuzu ziwe, ngo ntagende amēnya, bakabona isoni z’ubgambure bgiwe.) အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |