Ivyahishuwe 16:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Izo ni impwemu z’abadayimoni zikora ibitangaza n’ibimenyetso, zikaja ku bami bo kw’isi yose, kugira ngo zibakoranirize ku rugamba ku musi uhambaye w’Imana Mushoboravyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 kukw izo ar’ impwemu z’abadayimoni, zikora ibimenyetso, zija ku bami bo mw isi yose, ngo zibakoranirize ku ntambara yo ku musi uhambaye w’Imana ishobora vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |